Surah 103 · 3 verses · Sheikh Amissi Radjabu Ntamba

Surah Al-'Asr in Rundi

In English with tafsir

بِسۡمِ ٱللَّهِ ٱلرَّحۡمَٰنِ ٱلرَّحِيمِ

103:1

وَٱلۡعَصۡرِ

Ndarahiye k’umwanya w’umuhingamo

103:2

إِنَّ ٱلۡإِنسَٰنَ لَفِي خُسۡرٍ

Yuko umuntu ari m’uruhombo

103:3

إِلَّا ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ وَعَمِلُواْ ٱلصَّٰلِحَٰتِ وَتَوَاصَوۡاْ بِٱلۡحَقِّ وَتَوَاصَوۡاْ بِٱلصَّبۡرِ

Dukuyemwo abemeye Imana yabo y’ukuri, n’ukugira ibikorwa vyiza, n’uguhanurana mugukurikiza ukuri, n’uguhanurana mugufatana munda n’ukwihangana

Translation: Sheikh Amissi Radjabu Ntamba.