Surah 112 · 4 verses · Sheikh Amissi Radjabu Ntamba

Surah Al-Ikhlas in Rundi

In English with tafsir

بِسۡمِ ٱللَّهِ ٱلرَّحۡمَٰنِ ٱلرَّحِيمِ

112:1

قُلۡ هُوَ ٱللَّهُ أَحَدٌ

Vuga uti:- niyo Mana imwe rudende gusa

112:2

ٱللَّهُ ٱلصَّمَدُ

Imana yonyene gusa niyo ikwiriwe kwizigirwa

112:3

لَمۡ يَلِدۡ وَلَمۡ يُولَدۡ

Ntiyavyaye canke ntiyavutse

112:4

وَلَمۡ يَكُن لَّهُۥ كُفُوًا أَحَدُۢ

Kandi ntifise uwo bisa nayo n’umwe

Translation: Sheikh Amissi Radjabu Ntamba.