Surah 1 · 7 verses · Sheikh Amissi Radjabu Ntamba

Surah Al-Fatihah in Rundi

In English with tafsir
1:1

بِسۡمِ ٱللَّهِ ٱلرَّحۡمَٰنِ ٱلرَّحِيمِ

Kw’izina ry’Imana nyene Imigisha myinshi, na nyene Imigisha mito mito

1:2

ٱلۡحَمۡدُ لِلَّهِ رَبِّ ٱلۡعَٰلَمِينَ

Ndakengurukiye Imana, Umuremyi w’ibiremwa vyose

1:3

ٱلرَّحۡمَٰنِ ٱلرَّحِيمِ

Nyene Imigisha myinshi, na nyene Imigisha mito mito

1:4

مَٰلِكِ يَوۡمِ ٱلدِّينِ

Nyene inganji y’umusi w’imperuka

1:5

إِيَّاكَ نَعۡبُدُ وَإِيَّاكَ نَسۡتَعِينُ

Niwewe dusenga, kandi niwewe dusaba imfashanyo

1:6

ٱهۡدِنَا ٱلصِّرَٰطَ ٱلۡمُسۡتَقِيمَ

Turongore munzira igororotse

1:7

صِرَٰطَ ٱلَّذِينَ أَنۡعَمۡتَ عَلَيۡهِمۡ غَيۡرِ ٱلۡمَغۡضُوبِ عَلَيۡهِمۡ وَلَا ٱلضَّآلِّينَ

Inzira yabo wahaye imigisha kuribo, kandi atari mubashavuriwe kuribo, canke mubazimiye

Translation: Sheikh Amissi Radjabu Ntamba.