Surah 107 · 7 verses · Sheikh Amissi Radjabu Ntamba

Surah Al-Ma'un in Rundi

In English with tafsir

بِسۡمِ ٱللَّهِ ٱلرَّحۡمَٰنِ ٱلرَّحِيمِ

107:1

أَرَءَيۡتَ ٱلَّذِي يُكَذِّبُ بِٱلدِّينِ

Mbega wamubonye umwe ahakana idini ry’Imana

107:2

فَذَٰلِكَ ٱلَّذِي يَدُعُّ ٱلۡيَتِيمَ

Uyo n’umwe asunika impfuvyi

107:3

وَلَا يَحُضُّ عَلَىٰ طَعَامِ ٱلۡمِسۡكِينِ

Kandi ntiyitaho kugaburira aboro

107:4

فَوَيۡلٌ لِّلۡمُصَلِّينَ

Rero ibihano bikaze cane bizoba shikira abantu basenga

107:5

ٱلَّذِينَ هُمۡ عَن صَلَاتِهِمۡ سَاهُونَ

Batitaho kumategeko y’amasengesho yabo

107:6

ٱلَّذِينَ هُمۡ يُرَآءُونَ

Abagira ivyo bikorwa vyabo kugira ngo biyereka kubantu gusa

107:7

وَيَمۡنَعُونَ ٱلۡمَاعُونَ

Nabo n’abima imfashanyo zabo kubazikeneye

Translation: Sheikh Amissi Radjabu Ntamba.